AMAZAMU UMUNANI Y'AMASENGESHO by Chris NDIKUMANA
223K views · Aug 3, 2024 · Howto & Style
Comments · 540
@inyigishozachrisndikumana · 2 years ago · pinned
Murashobora gukurikira utu videos hamwe n'amajambo vyo gutera intege mukugira abonnement kuri page yanje kuri Facebook muciye ngaha : https://www.facebook.com/profile.php?id=100044498286814&mibextid=ZbWKwL
57
@JojoNinziza · 2 years ago
Bakunzi abantu bakunda uwumukozi w'IMANA nkanje nukuri tumenyane mumpe twatuntu❤❤❤
192
@naomendayishimiye2214 · 2 years ago
Amina, kandi Amina .
Iyi nyigisho vyukuri irimwo amabanga akomeye cane !
Hamwe twoyatahura ntitwosubira kurira !
Mpwemu Yera Adushoboze vyukuri tube abahizi mu gusenga no kwama twuza (dusubiramwo ) inyigisho turonka muri Kanguka kuko zirimwo ubuzima bwuzuye
-Imana Ikwongere guhishurirwa umuvyeyi !
-Ubuntu bwayo bukomeze kugwira muri wewe
Tugusabira kuramba no kuzogira iherezo ryiza muvyeyi , nukuri uri umugisha w ibihugu vyose !
32
@GenevièveNijimbere-l3y · 2 years ago
Imana ishimwe. Kuba dufise umuntu nkuwo mugihugu cacu muhezagirwe
17
@NgirabacuJoselyne · 6 months ago
Uwiteka azaguhe iherezo ryiza mukozi w'Imana
5
@EduardManirakiza-z2e · 1 year ago
Amen amen.murankaguye kandi ndatahuye cane haraho mvuye haraho nimukiye pe!Ndiho akumpere umugisha kuko wubatse uwanje mutima haleluya amen.
3
@eliane802 · 2 years ago
Mwarahezagiwe caneeee
Ndiho akurinde impwemu yose yotuma utirigana ❤❤
10
@SophiaAndersson-m8h · 1 year ago
Mutume fasha mumasengesho ngireimyota yogusenga nokugira mpemo yokundongora muriryose kusoma bibiria ❤❤❤ kuheba burundo icaha 🙏🙏🙏
5
@leonieuwimana2012 · 2 years ago
Chris Imana ikomeze ikwagure jyewe. Nzaza mu Burundi kugushimira byu mw’Ihariko. Iyinyigisho narayikunze cyane, saa cyenda yo kumurango aho insanze hose mfatiraho
10
@FrancineRUKUNDORWIMANA-y8b · 1 year ago
Imana iguhaz ivyiza biyivako izoguj iherezo ryiza utwigish neza cne❤❤❤
3
@Oliverniyuhire-t8q · 1 year ago
Mukomere mumwami yesu muduhaye amajambo akomeza abagenzi ❤❤❤
6
@DusabeMarieRuth · 1 year ago
Nabamenye ntinze ariko aho nziye nabonye byinshi bihugura ubugingo lmana iguhe umugisha mukozi w,lmana kdi ikwimane
3
Up next

RWANA INTAMBARA NZIZA by Chris NDIKUMANA
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA · 102K views

KANGUKA YO KU WA GATANDATU - AMASAHA 2.4 YO GUSENGA
SCIENCE WITH PETRA · 215K views

UMURIRO NTUZIME by Chris NDIKUMANA
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA · 139K views

NI UWUHE MWANYA MWIZA WO GUSENGA by Chris NDIKUMANA
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA · 353K views

NI IBIKI BITEGEREZWA KURANGA ISHENGERO RIZIMA?
Shammah Temple Ngagara · 78 views

INYUNGU YO KWIHANGANA by Chris NDIKUMANA
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA · 208K views

🔴 KANGUKA EN DIRECT | Dieu te parle aujourd'hui – Prière puissante en continu
PRIÈRES DIVINES · 203 views

GUSENGA URUFUNGUZO IMANA IKORESHA IFUNGURA IMIGISHA YAWE🙏Pastor Antoine RUTAYISIRE
NEZEZA IJURU UKIZWA · 7.3K views

KANGUKA YO KU WA GATANDATU - AMASAHA 2.4 YO GUSENGA
SCIENCE WITH PETRA · 341K views

GUTAHURA IMPWEMU, UMUSHAHA N'UMUBIRI by Chris NDIKUMANA
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA · 54K views

IKIRERE C'IBITANGAZA by Chris NDIKUMANA
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA · 149K views

KANGUKA YO KU WA GATANDATU - 9.2 HOURS NONSTOP
SCIENCE WITH PETRA · 34K views

KANGUKA DE SAMEDI - 5.5 HEURS SANS PAUSE
SCIENCE WITH PETRA · 297K views

NTA NUMWE YOZIBIRA UMUGAMBI W' IMANA BY CHRIS NDIKUMANA
IKIYAGO TV SHOW · 94K views

YARANESHEJE (IL A VAINCU) [KANGUKA BUJUMBURA 2023] par Chris NDIKUMANA
Chris Ndikumana · 1.9M views

LEADERSHIP ET REVEIL_Bishop Felicien
Emmaüs Glory Church Burundi · 121 views

Chris Ndikumana i Kigali Mubihe byiza🥰Hindura ibi bintu uzabona Imana😲UMWAMBARO W'AMASHIMWE/Kanguka
BOHOKA TV · 42K views

ISENGESHO RIBOHORA by Chris NDIKUMANA BRUXELLES 2017
Chris Ndikumana · 336K views

MENYA IGIHE N'UMWANYA NYAWO WO GUSENGE BY CHRIS NDIKUMANA
IKIYAGO TV SHOW · 116K views

AMBARA EFODI YAWE (PORTE TON EPHOD) by Chris Ndikumana DALLAS 2019
Chris Ndikumana · 193K views